Tumenyane, Dufashanye, dukeburane:
Soma ngaha urahasanga ivyiza vyinshi. Fyonda aho hejuru usome Ivyerekeye UBACA mu ncamake, Imico kama y'iwacu, imigani n'ibitito, kwiga amategeko yo gutwara umuduga muri Amerika, amatangazo n'ibindi... Vyose mu Kirundi!
Dutere abiri, mu nama n'ingingo:
Urashaka kuba uratera abiri n'abandi barundi benewanyu bava mu ntara nyinshi za Amerika? Fyonda ngaha kuri
forum wiyandikishe canke bikugoye rungika email yawe kuri
secretary@ubaca.org azoce agushira mu kiyago.
Kuba umunywanyi wa UBACA:
Ushaka naho kuba umunywanyi wa UBACA, ushobora kurungika intererano yawe y'amadolari mirongo itatu ($30) ku mwaka kuri iyi aderesi:
UBACA, Inc.
14339 Rosetree Court
Silver Spring, MD 20906
Tel: 301-603-0543
Fax: 301-603-0543
Canke vyonda aha hasi kugira urungike imfashanyo yawe ukoresheje uburyo bwa kijambere biciye muri banki rurangiranwa ya PayPal.